Uko wahagera

Prezida Trump Arakira Minisitri w'Ububanyi n'Amahanga w'Uburusiya


Umushikiranganji w'Amerika w'imigenderanire Mike Pompeo na mugenzi we w'Uburusiya Sergei Lavrov

Perezida wa Reta zunze ubumwe z’Amerika Donald Trump aza kuba ari kumwe n’umushikiranganji w’imigenderanire n’ayandi makungu, Mike Pompeo, mu biganiro n’umushikiranganji w’Uburusiya ajejwe imigenderanire Sergei Lavrov, nkuko vyashikirijwe na perezidanse y’Amerika, White House.

Abo bategetsi uko ari batatu baza kuganira kw’igenzurwa ry’ibirwanisho, hamwe n’ibibazo vya Ukraine, na Siriya. Uyu mubonano uje mu gihe imigenderanire hagati y’Amerika n’Uburusiya watitutse, inyuma y’aho Uburusiya bwagirijwe guhungabanya amatora, hamwe n’intambara burimwo muri Ukraine na Siriya.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG