Uko wahagera

Perezida Pierre Nkurunziza Yagereranije Ijwi ry'Amerika n'Imbeba


Prezida w'Uburundi Pierre Nkurunziza
Prezida w'Uburundi Pierre Nkurunziza

Mu birori vyo guhimbaza umunsi mukuru w'akazi n'abakozi ariko atanga ubushimwe ku bakoze neza gusumba abandi nkuko yama abikora ku munsi mukuru w’abakozi n'akazi umukuru w’igihugu c’Uburundi yavuze ku bagereranya Ijwi rya Amerika n’imbeba.

Mu majambo yiwe, Prezida Nkurunziza yagize ati: “Abatunze imbeba za kijambere. Bamwe bazita insihiri abandi bakazita ngo ni Ijwi rya Amerika, Ijwi rya Amerika kuko zivuga amajambo menshi mu nzu".

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:59 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG