Uko wahagera

Prezida Kagame Azogarura Gute Icizere Hagati y'Ibihugu vya EAC?


Perezida w'u Rwanda Paul Kgame, uwa Tanzaniya Magufuli n'icegera ca mbere c'Umukuru w'igihugu c'Uburundi Gaston Sindimwo
Perezida w'u Rwanda Paul Kgame, uwa Tanzaniya Magufuli n'icegera ca mbere c'Umukuru w'igihugu c'Uburundi Gaston Sindimwo

Umuyobozi w’Umuryango w’Afurika y’ubuseruko, Perezida w’u Rwanda Paul Kagame, yavuze ko amakimbirane canke ukutumvikana hagati y’ibihugu bigize uwo muryango bitegerezwa gutorerwa umuti.

Ivyo biri mu kiganiro Prezida Kagame yahaye ikinyamakuru the East African candikirwa muri Kenya. Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika mu Rwanda Pierre Claver Niyonkuru aratubwira ibiri muri ico kiganiro.

Umuti w'Ibibazo hagati y'ibihugu vya EAC uzova he?
please wait

No media source currently available

0:00 0:03:34 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG