Uko wahagera

President w’igihugu c’Uburundi, Pierre Nkurunziza na president w’igihugu c’Urwanda Paul Kagame, barabonanye mu nama yabereye mu ntara ya Kirundo ku musi wa mungu.


Mur’iyo nama yabaye mu mwiherero, abo bategetsi uko ari babiri, barayaze ku bibazo bitifiye akamaro ibihugu vyabo, birimwo ikibazo c’umutekano hamwe n’ikibazo cerekeye imigambi iriko irarangurwa n’ishirahamwe ryo mu bihugu vyo mu buseruko bwa Afrika, ivyo bihugu vyose bihurikiyemwo:

Frederic Nkundikije yaraganiye n’umuvugizi wa presidence y’Uburundi, Leonidas Hatungimana, araheze aramubaza ivyavugiwe mur’iyo nama hamwe n’ingingo zahafatiwe.

XS
SM
MD
LG