Uko wahagera

Igitero muri metro mu gisagara ca St. Petersburg mu Burusiya

Abategetsi b’igihugu c’Uburusiya bavuga kw’abantu cumi bishwe abandi mirongo itanu barakomereka igihe ikintu caturika muri metro mu gisagara ca St. Petersburg.

Itangazamakuru mu Burusiya ryamenyesheje kw’ico kintu caturikiye mu kibanza ca metro citwa Sennaya Square hagati mu gisagara ca St. Petersburg. Ibibanza vyose vya metro muri ico gisagara vyugawe.


Voma ibindi

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG