Abamenyeshamakuru babiri ba Reuters bari bafunzwe bazira inkuru y'ubwicanyi bw'Abarohingya muri Myanmar baridegemvya
Amafoto y'Irekurwa ry'Abamenyeshamakuru 2 ba Reuters Muri Myanmar

5
Wa Lone na Kyaw Soe Oo mu muduga wabavanye mu gasho ubageza mu mihana yabo.

6
Wa Lone na Kyaw Soe Oo kumwe n'abaryango bigina irekurwa ryabo

7
Wa Lone kumwe na madamu n'umukobwa wiwe. Iruhande yabo hari Kyaw Soe Oo ateruye umukobwa wiwe na madamu wiwe Chit Su Win.