Uko wahagera

Amafoto: Umuvuga Butumwa Billy Graham Yitavye Imana

Umuvuga butumwa w’umunyamerika, Billy Graham, kenshi abonwa n’abantu benshi ko ari we muvuga butumwa yagize uruhara rukomeye cane mu kinjana ca mirongo ibiri, yitavye Imana uno musi ku wa gatatu afise imyaka 99. Graham yashikirije ubutumwa abantu barenga imiliyoni 200 mu bihugu n’intara 185 vyo kw’isi.


Voma ibindi

XS
SM
MD
LG