Uko wahagera

Perezida w'Uburundi Pierre Nkurunziza Yaranzwe n'Iki ?


Perezida Pierre Nkurunziza yitavye Imana kuri uyu wa mbere ahitanwe n’indwara y’umutima nkuko reta y’Uburundi yabitangaje kuri uyu wa kabiri. Yashengeye ari mu bitaro vyo mu ntara ya Karuzi afise imyaka 55 y’amavuko. Nkurunziza yari amaze hafi imyaka 15 ku butegetsi. Ashengeye kandi ahejeje gutunganya amatora y’umukuru w’igihugu, aho Abarundi batoye Evariste Ndayishimiye ngo amusubirire mu kiringo c’imyaka indwi iri imbere.

Mbega Perezida Nkurunziza yari umuntu ki? Ni ibiki bikuru bikuru vyaranze intwaro yiwe? Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika, Eloge Willy Kaneza arabitubwira ido n’ido.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:13 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG