Uko wahagera

Perezida wa Congo Felix Tshisekedi Yagendeye Uburundi


Perezida Felix Tshisekedi wa DRC na Petero Nkurunziza w'u Burundi mu ruzinduko aherukamo i Bujumbura taliki 14/6/ 2019
Perezida Felix Tshisekedi wa DRC na Petero Nkurunziza w'u Burundi mu ruzinduko aherukamo i Bujumbura taliki 14/6/ 2019

Perezida wa Repubulika iharanira Demokarasi ya Kongo Felix Tshisekedi yabonanye na mugenziwe w'Uburunndi Perezida Petero Nkurunziza mu rugendo yagiriye muri ico gihugu. Urugendo rwa Perezida Tshisekedi vyari bitegekanijwe ko ruzomara iminsi ibiri rwamaze amasaha make.Umuvugizi wa Perezida mu Burundi, Jean Claude Karerwa Ndenzako yavuganye n’Ijwi ryAmerika ibiri mu itangazo basohoye bamaze kuganira. kuri micro ya Frederic Nkundikije.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG