Uko wahagera

Perezida Nkurunziza Aragabisha Bamwe mu Banyepolitike


Umukuru w’igihugu c’Uburundi aragabisha abanyepolitike bakora amakosa mu myiyamamazo ko igipolisi n’ubutungane batazobihanganira. Perezida Pierre Nkurunziza avuga ko abajejwe umutekano n’ubutungane bamaze guhabwa amategeko akwiye kugira bahane bihanukiriye abo yita ko boshaka gutoba amatora.

Agathon Rwasa, umwe mu banyepolitike basa n’abatungwa agatoke ku ruhande rwiwe avunira akagohe inzego zitandukanye azisaba kutarwa mu co yita umutego w’ubutegetsi.

Inkuru yateguwe n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Pierre Claver Niyonkuru.

Uwuzowatsa Uzohera Iwe, Uzimire Iwe.
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:53 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG