Uko wahagera

Perezida Nkurunziza yakiririye intumwa za ONU i Gitega.

Kuri uyi wa gatanu ni ho intumwa zarungutswe n’akanama ka Onu kajejwe umutekano kwisi babona n’umukuru w’igihugu c’uburundi petero Nkurunziza ku bibazo bihanze uburundi.
Uwo mubonano wabereye mu gisagara ca Gitega ku kirimba ca Perezida Nkurunziza. Ako kanama kabaye mw’ibanga ariko basohotse bagize ico babwira abanyamakuru bari babarindiririye hanze.

XS
SM
MD
LG