Uko wahagera

Nijeriya Iriko Iribuka Imyaka 4 Iheze Abakobwa 276 Banyurujwe i Chibok


Nijeriya Iriko Iribuka Imyaka 4 Iheze Abakobwa 276 Banyurujwe i Chibok
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:01:21 0:00

Ku bana b'abakobwa 276 banyurujwe na Boko Haram mu 2014 bavanywe kw'ishure i Chibok muri Nijeriya, abagera ku 112 ntibarashobora kurokorwa. Abavyeyi batararonka abana babo basaba ko Reta yokora ibishoboka bakarekurwa.

XS
SM
MD
LG