Abayobozi b' Ibihugu vyo Kwisi Bahuriye I Paris Ku Migambi Yihutirwa Kw' Ihindagurika ry' Ibihe Ku munsi wa mbere w' ikoraniro mpuzamahanga kw' ihindagurika ry' ibihe ry'umwaka w' 2015, Hafi y' I Paris, mu bu Fransa. Kw' itariki, 30 ukwezi kw' icumi na rimwe, umwaka w' 2015
Abayobozi b' Ibihugu vyo Kwisi Bahuriye I Paris Ku Migambi Yihutirwa Kw' Ihindagurika ry' Ibihe
Abayobozi b' Ibihugu vyo Kwisi Bahuye kugira baganire ku mugambi wabo wo kugabanya imyuka igeramira ibidukikije, Ukongera ukagabanya ukwiyongera kw' ubushuhe kw' Isi.

1

2

3

4