Uko wahagera

 
Mbega Reta y’Uburundi, Hari Uruhara Yoba Ifise mw’Ihagarikwa rya Alexis Sinduhije.

Mbega Reta y’Uburundi, Hari Uruhara Yoba Ifise mw’Ihagarikwa rya Alexis Sinduhije.


Ihagarikwa rya Alexis Sinduhije, umukuru w’umugambwe MSD rivugwako vyinshi. Naho reta y’Uburundi yatangaje ko ata ruhara ifise mw’ihagarikwa ryiwe, abanyapolitike batavuga rumwe na reta hamwe n’abandi bantu bakwirikiranira hafi politike y’Uburundi, siko babibona. Yamara hari n’abandi bavuga ko reta y’Uburundi, ata ruhara ifise mw’ihagarikwa ry’umukuru w’umugambwe MSD, ngo kuko, ata mutahe reta y’Uburundi yigeze ishikiriza, usaba ko yohagarikwa.

Mu kiganiro Dusangire ijambo c’uyu wa mungu, itariki 22 z’ukwezi kwa mbere, Frederic Nkundikije, yaraganiye na Chauvineau Mugwengezo, umuvugizi w’urunani ADC IKIBIRI, rw’imigambwe itavuga rumwe na reta, hamwe na Joseph Ndayizeye, umukuru w’ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu, League Iteka:

Tubatege amatwi:

XS
SM
MD
LG