Uko wahagera

Imyiyerekano y’Abacamanza mu Burundi


Sindika ihurikiyemwo abacamanza yatanguye ihagarikwa ry’akazi rizomara imisi 14

Mu Burundi, Sindika ihurikiyemwo abacamanza yatanguye ihagarikwa ry’akazi rizomara imisi 14.

Impamvu bashira imbere, ngo ni ugusaba ko batunganirizwa neza imishahara bakongera bakaronswa ubwigenge.

Umushikiranganji ajejwe ubutungane mu Burundi, amenyesha ko agiye kuganira n’abo batanguye imyiyerekanoyo guhagarika akazi, kugira ngo bakemure ico kibazo.

XS
SM
MD
LG