Uko wahagera

Umutekano Kuri Bose mu Mihanda ya Bujumbura


Igipolisi kijejwe umutekano wo mu ma barabara mu Burundi giherutse gufata ingingo y’ukubuza abatwara ama pikipiki aca amafaranga n’imiduga ifise ama pneus atatu bita" touktouk" kutarenza isaha 12 z’umugoroba.

Uwutwara ico gipolisi na Mairie Bujumbura basigura ko bafashe iyo ngingo kubera abantu batera umutekano muke bakoresha ubwo buryo mu kwiyunguruza.

XS
SM
MD
LG