Uko wahagera

Kolera Imaze Guhitana 12 muri Nijeriya


Abategetsi bajejwe amagara y’abantu muri Nijeriya batangaza ko ku bantu 100 banduye Kolera mu misi iheze 12 imaze kubagandagura.

Abo bantu banduye iyo ndwara ni abo mu gace kitwa Mubi gaherereye mu buraruko bushira ubuseruko bw’intara ya Adamawa.

Indwara ya Kolera ishobora kwica mu kiringo c'amasaha make iyo itavuwe ku mwanya iterwa n'umugera witwa Vibrio cholerae wandukira biciye mu bifungurwa canke amazi bicapfuye.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG