Kuruyu wa kabiri niho hafubanwa iteka uwahoze atwara Uburundi Jean Baptiste Bagaza. Perezida Nkurunziza yari mu birori vy'ukumushingura yemeje ko Colonel Bagaza yakoreye igihugu n'umutima wiwe wose, ubwenge bwiwe bwose n'inguvu ziwe zose.Yasavye abarundi kumufatirako akarorero.
Burundi: Bagaza Yashinguwe Mu Cubahiro

2
Bagaza Funeral

3
Bagaza Funeral

4
Bagaza Funeral

5
Bagaza Funeral