Uko wahagera

Uwahoze ari Perezida wa Afurika y'Epfo Jacob Zuma Imbere y'Ubutungane


Uwahoze ari Perezida wa Afurika y'Epfo Jacob Zuma Imbere y'Ubutungane
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:00:25 0:00

Ubutungane buriko bumwumviriza kuri dosiye y'igiturire ca miliyaridi zibiri n’imiliyoni amajana atanu y’amadolari yagirizwa kuba yarariye mu 1990 biciye mu masezerano yo kugura ibirwanisho hagati ya Afurika y'Epfo na sosiyete yo mu Bufaransa yitwa Thales

XS
SM
MD
LG