Uko wahagera

Itohozwa ry’Umukimba w’Ibigwanisho Vyafatiwe I Muyinga


Umukimba w’ibigwanisho vyafatiwe muri Komine GIteranyi mu ntara ya Muyinga, ngo bishobora kuba vyari ibigwainsho vyari gukoreshwa mu kudurumbanya amatora yimirije mju Burundi.

Ivyo bishikiirizwa n’umushikirangannji w’intwaro yo hagati, Edouard Nduwimana.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:30 0:00

Bulamatari w’intara ya Muyinga nawe, Aline Manirabarusha avuga kw’itohozwa ririko rirakorwa kugira ngo abantu bariko binjiza ivyo bigwanisho bakubitwe intahe mu gahanga.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:21 0:00

XS
SM
MD
LG