Uko wahagera

Ejo

Ingaruka y’Incuro ya Kabiri y’Amatora y’Umukuru w’Igihugu mu Bufransa ku Vyerekeye Afrika


Umuhinga mpanuzwajambo ku bibazo vyerekeye ubutunzi n’iterambere, Zenon Nicayenzi, mu kiganiro yahaye Ijwi rya Amerika abona kw’ata kinini kizohinduka

Amatora y’umukuru w’igihugu aherutse kuba mu gihugu c’Ubufransa yarakwirikiranywe mu bice bitandukanye vyo kw’isi no mu karere ka Afrika.

Hari ico umutegetsi mushasha w’Ubufransa, Francois Hollande azohindura ku vyerekeye imigenderanire hagati y’Ubufransa n’akarere ka Afrika?

Umuhinga mpanuzwajambo ku bibazo vyerekeye ubutunzi n’iterambere, Zenon Nicayenzi, mu kiganiro yahaye Ijwi rya Amerika abona kw’ata kinini kizohinduka. Amenyesha kw’Ubufransa buzobandanya bushira imbere inyungu zabwo bwaba buyobowe n’umunyepolitike w’I buryo canke w’I bubanfu.

Ku bindi, dutege amatwi umushingantahe Zenon Nicayenzi:

XS
SM
MD
LG