Uko wahagera

Inama y'Abakuru b'Ibihugu Bikoresha Igifaransa Yatanguye


Inama y'Abakuru b'Ibihugu Bikoresha Igifaransa Yatanguye
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:00:37 0:00

Mu bategetsi bamaze kugera i Erevan muri Armenie hariko habera iyo nama, harimwo perezida w'u Rwanda, Paul Kagame, na Emmanuel Macron w'Ubufaransa. Ejo ku wa gatanu niho bizomenyekana niba umushikiranganji w'u Rwanda n'ayandi makungu Louise Mushikiwabo yatorewe kuyobora OIF.

XS
SM
MD
LG