Uko wahagera

Burundi: Reta Yiyamirije Ingabo z'Amahoro z'Afurika

Ubuyobozi bw’intara ya Kirundo bwifadikanije n’inzindi ntara zo mu Burundi mu Kwiyamiriza inteko mvamakungu mu myiyerekano bwatunganije.

Bitwaje inyandiko nyishi,abari muriyo myiyerekano bavuga ko kuza kw’inteko mvamakungu mu gihugu cikikiye ari ugusubiza igihugu mu bukoroni. Abaje muri urwo rugendo biyamirije kandi na Perezida Kagame Paul w’Urwanda bavugako biyamirije n’umugambi wiwe wo gutera Uburundi nk’uko vyaboneka mu nyandiko zari zanditse mu rurimi rw’icongereza.

Murizo nyandiko Umushingamateka wo mw’ishirahamwe ry’Uburayi Louis Michel nawe nyene yiyamirijwe

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG