Uko wahagera

Impari ziracari Nyinshi mu Biganiro vy'Abarundi Arusha


please wait

No media source currently available

0:00 0:02:57 0:00

Ku munsi ugira kabiri niho umuhuza Benjamin Mkapa yugurura icese ibiganiro bihuza Abarundi I Arusha muri Tanzaniya. Vyuguruwe inyuma y’impari nyinshi zifatiye ku rutonde rw’ibizokwigwa cane cane ingingo ya 6 ivuga  ishirwaho rya reta y’ubumwe yoshira mu ngiro amasezerano.

XS
SM
MD
LG