Uko wahagera

Ikirindiro c’Abapolisi Caratewe mu Ntara ya Bururi


Ikirindiriro c’abapolisi kiri ku biro vya Komine Matana mu ntara ya Bururi caratewe n’abantu bitwaje ibigwanisho mw’ijoro ryo kuwa gatandatu rishira uwa mungu.

Abarongoye intara ya Bururi bamenyesha ko mu bapolisi atawahasize ubuzima, kiretse umunyororo umwe yar'afungiwe kurico kirindiro yakomeretse.

Umumenyeshamakuru w‘Ijwi ry’Amerika Fidelite Ishatse yakurikiranye iyi nkuru aho muri komine Matana.

please wait

No media source currently available

0:00 0:02:54 0:00

XS
SM
MD
LG