Uko wahagera

Ico Abarundi biyumvira kuri Amerika Inyuma y’Ibitero vy’Iterabwoba vyo mu mwaka w’2001 muri ico Gihugu


Mu Burundi abaganiye n’ijwi rya Amerika, bamenyesheje ko bahinduye uko biyumvira Amerika

Mu Burundi abaganiye n’ijwi rya Amerika, bamenyesheje ko bahinduye uko biyumvira Amerika bivuye ku bitero vy’abihevyi vyahitanye abantu benshi I New York n’I Washington mwaka w’2001.

Ababajijwe bavuga ko kuva ivyo bitero bibaye, uburenganzira bw’ingenzi butacubahirizwa uko bikwiye. Ngo abantu benshi ntibagishuhira kuza muri Amerika. Ngo Abantu basigaye barushishwa cane ku mbibe za Amerika.

XS
SM
MD
LG