Uko wahagera

CVR Yabonye Ibisigarira vy'Abantu Bahambwe mu Kivunga mu Burundi


Abo mu murwi CVR mu bikorwa vyo kuzura abahambwe ikivunga.

Mu Burundi, Umurwi ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha Abarundi, CVR, uhamagarira abariko bakora ibikorwa vy’iterambere ko mu gihe babonye ibinogo vyahambwemwo abantu mu kivunga babimenyesha.

Ako kamo gaterwa n’uwurongoye uwo murwi, muri kino gihe uriko uzura abantu bishwe bagahambwa mu kivunga muri zone ya Kamenge mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura.

Ibisigarira vy'Abantu Bahambwe mu Kivunga mu Kamenge mu Burundi
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:52 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG