Uko wahagera

Clarisse Karasira na Bagenzi Biwe b'Abanyamerika mu Giteramo co Gufasha Impunzi zo muri Ukraine


Clarisse Karasira na Bagenzi Biwe b'Abanyamerika mu Giteramo co Gufasha Impunzi zo muri Ukraine
please wait

No media source currently available

0:00 0:19:26 0:00

Mu kiganiro cihariye umuririmvyi w'umunyarwandakazi Clarisse Karasira yagiranye n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Diane Nininahazwe, arasigura ivy'igiteramo agiye gukorana n'abaririmvyi bagenzi biwe b'#Abanyamerika, mu ntumbero yo gutororokanya uburyo bwo gufasha impunzi zo muri #Ukraine zahungiye muri Reta ya #Maine. Ico giteramo kizobera mu gisagara ca #Portland co muri Amerika, Karasira asigaye abamwo.

XS
SM
MD
LG