Inyuma y’imisi ibiri igice cya Jabe yari maze yugaye, uyu munsi abanyagihugu baho babashije kwikorera utwabo. Igipolisi cahavuye mu bucagucagu kur’uyu wa kabiri, ababaaho muri Jabe biboneka ko bafise ubwoba, kandi igipolisi cyahafashe abantu indwi ibajyana kubafunga.
Umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika Tabitha Mukamusoni yagiye kureba uko byafashe aho mw’i Jabe.