Uko wahagera

Umukuru wa Sentare Ntahinyuzwa mu Burundi


Sentare Ntahinyuzwa mu Burundi imaze amezi arenga atanu itagira uwuyirongoye inkurikizi yavyo ikaba itanguye kwibonekeza, nko munyifato yo kurya ibiturire

Sentare Ntahinyuzwa mu Burundi imaze amezi arenga atanu itagira uwuyirongoye. Sendika y’Abacamanza, urwego rw’abashingwamanza bamenyesheje ko agaciro k’ubutungane bw’igihugu gasa n’akafashwe minenerwe, inkurikizi yavyo ikaba itanguye kwibonekeza, nk’inyifato yo kurya ibiturire.

Abakurikirana ivyerekeye ubutungane mu Burundi bo munzego zitandukanye barimwo: Umukuru w’ugwego gw’abashingwamanza m’Uburundi, umuvugizi w’umukuru w’igihugu, umukuru w’abacamanza mu Burundi, SIMABU, hamwe n’abahinga mu vyerekeye ubutungane baragize ico babivuzeko:

XS
SM
MD
LG