Uko wahagera

Burundi: Mu Ntara ya Bururi Haravugwa Ubwicanyi


Ifoto yafatiwe mu ntara ya Bururi
Ifoto yafatiwe mu ntara ya Bururi

Abantu babiri baraye bishwe muri Komine Mugamba intara ya Bururi mu bumanuko bw’igihugu.

Aba bakwije igitgiri c’abantu 4 bamaze kugwa mu ntara ya Bururi mu minsi ine iheze.

Abaheruka batowe ibiziga kuri uyu wa mbere ku mugoroba ni umwana w’umunyeshure na nyina bahora baba ku mutumba Mugendo-Ndengo muri Komine Mugamba intara ya Bururi.

Igipolisi c'Uburundi kivuga ko camaze gutangura amatohoza ndetse ko camaze guhagarika n'abantu batari bake bamaze gufatwa. Ico gice kivugwamwo abagizi ba nabi bataramenyekana.

Umushikirizamanza mukuru wa republika aheruka gutangaza ko ubwicanyi nk’ubwo bwabaye bwinshi mu gihugu.

Umviriza inkuru yose ngaha mw'ijwi rya Pierre Claver Niyonkuru Umunyamakuru w'ijwi ry'Amerika akorera mu Rwanda.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:57 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG