Uko wahagera

Burundi: Kiliziya Gatolika Yamaganye Ibitero by'Amagerenade


Inama nkuru y’Abepiskopi Katolika mu Burundi iratera ivyatsi ibitero vy’amagerenade, imitego ku mabarabara no mu bibanza bihuriramwo abantu benshi nk’ubunywero bimaze iminsi bikorwa mu Burundi.

Abantu barenga 50 barahasize ubuzima mu kiringo c'amezi abiri aheze.

Inama nkuru y’abihebeye Imana isaba reta gukingira abanyagihugu.

Ni itangazo ry’abo bashize ahabona aho bagaragaza umwitwarariko ku buzima bw’igihugu.

Kurikira Musenyeri Bonaventure Nahimana, umwepiskopi mukuru wa Diyoseze ya Rutana, akaba icegera c’umukuru w’inama nkuru y’Abepiskopi Katolika yo mu Burundi.

please wait

No media source currently available

0:00 0:02:00 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG