Uko wahagera

Burundi/ Ibiharuro Mfatakibanza mu Matora mu Kirundo


Umugwi wigenga ujejwe gutunganya amatora mu ntara ya Kirundo uvugako ibitigiri vy'abahunze ari bito cane kugira bavuge ko amatora atitabwe.

Ivyo babivuga inyuma y'aho hatangarijwe ibiharuro mfatakibanza vy'amatora y'abajenama ba komine aho imigambwe itagiye mu matora ubu ifise amajwi itangaza ko amajwi baronse bayahawe kunguvu kuko abanywanyi babo batagiye gutora.

XS
SM
MD
LG