Uko wahagera

Igisata c’Ingenzi Kiracumbagira Inyuma y’Uruhagarara rwa Politike mu Burundi


Igisata c’Ingenzi Kiracumbagira Inyuma y’Uruhagarara rwa Politike mu Burundi
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:03:36 0:00

Amahoteri n’amasoko i Bujumbura biracumbagira inyuma y’umwaka w’ubwicanyi n’uruhagarara rwa politike vyageramiye bikomeye igisata c’ingenzi.

XS
SM
MD
LG