Abantu bashika 18 barapfuye ku wa gatandatu mw’ijoro, bahitanywe n’ isanganya ry’imodokari muri komine Isare, mu ntara ya Bujumbura.
Ababonye iryo sanganya hamwe n’abarusimvye, bavuga kw’iryo sanganya ryatewe n’ umuvuduko munini. Hari n’abavuga ko kutubahiriza amategeko ku vyerekeye igitigiri c’abantu barekuriwe kuba bari mu mudoka, navyo biri mu nkwezi y’amarere.
Umumenyeshamakuru w’iradiyo Ijwi ry'Amerika, Eloge Willy Kaneza, yarakwirikiranye iyi nkuru: