Uko wahagera

Burundi: Abegeranirijwe Hamwe ngo Bapimwe COVID-19 Barenga 570


Mu Burundi, abantu barenga 570 ni bo bari mu bibanza vyo kwegeranirizwa hamwe kugira basuzumwe imbere y'uko batahuka mu miryango yabo. Baje bava mu bihugu nka Kenya, u Rwanda, Tanzaniya, Ubuganda na Republika ya Demokarasi ya Kongo bimaze kubonekamwo umugera w'ingwara ya corona.

Ibibanza bashikiramwo ariko nta bikoresho vyo gupima bifise kandi n'isuku ntirishemeye.

Ku musi wa gatanu w'indwi iheze, umushikirangaji w'amagara y'abantu yari yagabishije abataha ko amafaranga y'uburaro n'ukwibeshaho azorihwa n'abakomeza gutaha.

Inkuru yateguwe n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza.

Burundi: Abegeranirijwe Hamwe ngo Bapimwe COVID-19 Barenga 570
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:05 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG