Uko wahagera

Burundi: Abahevye Ibiyovyabwenge Basaba Urundi Rwaruka Kubiheba


Urwaruka rwahora rukoresha ibiyovyabwenge mu nyuma rukabiheba rwemeza ko biriko birakoreshwa mu Burundi kandi ku bwinshi. Rusaba abakibifata kubiheba ubutagisubira inyuma kuko vyica ubuzima.

Ababinyoye bavuga ko iyo umuntu abihevye ahinduka agasubira kuba umuntu nk’abandi.

Abo rero banyoye ibiyayuramutwe basaba urundi rwaruka kutegera aho biri kuko iyo umuntu ahonjeje iba ari intango yo kubandanya kubifata kandi kubiheba warabitanguye bica kure. Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Desire Hatungimana adushikiriza inkuru yuzuye ngaha mw'ijwi.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:05 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG