Uko wahagera

Burundi: 4 Badashoboye Kuriha Hoteri Begeranirijwemwo Basuzumwa COVID19 Barafunzwe


Abantu bane bagizwe n'abagabo batatu n'umukenyezi umwe bafungiwe mu gasho k'i Kobero mu ntara ya Muyinga kuva kuri uyu wa mbere.

Batawe muri yompi n'igiporisi inyuma yo kubura amafaranga yo kwishura ihoteri bari bamazemwo imisi 14 begeranirijwemwo bavuye hanze y'igihugu.

Reta y'Uburundi imaze igihe igabishije abinjira bose mu gihugu ko amafaranga y'ihoteri n'ukwibeshaho mu kiringo c'indwi zibiri bamara basuzumwa ikiza ca Corona aribo bayirihira.

Inkuru yateguwe n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza

Burundi: 4 Badashoboye Kuriha Hoteri Begeranirijwemwo Basuzumwa COVID19 Barafunzwe
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:42 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG