Uko wahagera

Batatu Bahitanywe n'Amasasu muri Amerika


Ahabereye ubwo bwicanyi
Ahabereye ubwo bwicanyi

Abantu batatu ni bo bamaze kumenyekana ko bahitanywe n’amasasu ata wuramenya uwayamijaguye mu bariko bakina umukino wa “bowling” mu gisagara ca Los Angeles kiri muri Reta ya California muri Amerika mw’ijoro ryo kuri uyu wagatanu rishira uwa gatandatu.

Polisi ya Los Angeles yabwiye itororokanirizo ry’amakuru y’Abafaransa, AFP, ko ayo masasu igitohozako yakomerekeje bane.

Ababibonye bemeza ko ayo masasu yumvikanye inyuma yo gushamirana kwamaze akanya gato mu bariko bakina uwo mukino.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG