Uko wahagera

Bamwe mu Mpunzi z'Abarundi Ntibiteguye Gutahuka


Impunzi z'Abarundi ziriko ziragurisha amakara mu kambi y'impunzi y'i Mahama

Abategetsi batandukanye mu Burundi kuva ku mukuru w’igihugu, umugambwe uri ku butegetsi n’abandi bahamagarira impunzi z’Abarundi gutahuka kubaka igihugu no kwitegurira amatora yo mu mwaka uza w’i 2020.

Ku munsi mpuzamakungu wahariwe impunzi kw’isi, Ijwi ry’Amerika ryabajije Abarandi bahungiye mu Rwanda ico biyumvira kuri ako kamo. Bamwe bavuga ko bataratekanirwa kugira batahuke. Abandi na bo bagasaba reta y’Uburundi kubasanga iyo bahungiye kubahumuriza.

Inkuru yateguwe n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Rwanda Pierre Claver Niyonkuru

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:09 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG