Uko wahagera

Ba Nyamwema Mu Burundi


Kassim Kazungu umukuru w'ishirahamwe rya ba Nyamwema mu Burundi.
Kassim Kazungu umukuru w'ishirahamwe rya ba Nyamwema mu Burundi.

Ishirahamwe rya ba Nyamwema batagira imbibe mu Burundi rirakora ritiziganya mu gufasha ba Nyamwema, umugwi w’ abantu bafatigwa ku rushi mu Burundi. Nk’ uko twabibwiwe n’umuyobozi mukuru w’ iryo shirahamwe, umushingantahe Kassim Kazungu, iryo shirahamwe rirashira hamwe ba Nyamwema mu migambi ibafasha kwitez’ imbere no mu migambe ijanye no kubafasha gukungira umutekano wabo mur’ ibi bihe ubuzima bwa ba Nyamwema mu Burundi, eka no mu bindi bihugu vyo mu buseruko bwa Afrika, bugeramiwe kubera abicanyi barondera kubica kugira babace ibihimba vy’ umubiri baca baja kudandaza ku bapfumu

XS
SM
MD
LG