Uko wahagera

Anne Niyera Yahize Abandi mu Kwerekana Akaranga k'Uburundi


Anne Niyera wabaye Miss Ngoma, (hagati) na Begenzi be

Mu mpera z’indwi turangije kw’itariki 19 z’uku kwezi kwa 12, mu Burundi harabaye ihiganwa ry’abigeme ryiswe Miss Ngoma.

Ni ihiganwa rigamije kwerekana akaranga k’igihugu c’Uburundi. Uwatsinze iryo higanwa ni ANNE NIYERA umwigeme w’imyaka 22.

Mu kiganiro MURISANGA Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Auriane Itangishaka yagiranye na we ikiganiro kirambuye.

Yaganiriye kandi na Alfred Hatungimana ayoboye ishirahamwe Miss Ngoma Event ryatunganije ivyo birori. Umviriza ikiganiro bagiranye.

please wait

No media source currently available

0:00 0:31:27 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG