Uko wahagera

Amwe mu Mafoto y'Ahari Inzibutso z'Ibitero vy'Abihevyi muri USA mu 2001

Ishano ryagwiriye Reta zunze ubumwe z'Amerika igenekerezo rya 11 ukwezi kw'icenda mu 2001 ntirizokwibagirana mu mateka: Mu kiringo kiri munsi y'iminota 102, abantu bababa 3000 baguye mu gitero c'abihevyi gisumba ibindi vyose vyabaye muri Amerika.

Ishano ryagwiriye Reta zunze ubumwe z'Amerika igenekerezo rya 11 ukwezi kw'icenda mu 2001 ntirizokwibagirana mu mateka: Mu kiringo kiri munsi y'iminota 102, abantu bababa 3000 baguye mu gitero c'abihevyi gisumba ibindi vyose vyabaye muri Amerika. Ico gitero cakurikiwe n'imyaka 19, amezi 10, indwi zitatu n'imisi ibiri z'intambara muri Afuganistani.

Ubushikiranganji bwo kwivuna abansi muri Amerika bwemeza ko muri iyo ntambara, bwahaburiye ingabo 2325 zagiye kugarukanayo amahoro. Kugera ino saha, igitigiri nyaco c'abasivile baguye muri iyo ntambara ntikiramenyekana. Bimwe mu bibanza biri muri ayo mafoto birimwo zimwe mu nzibutso z'ibitero abihevyi bagavye muri USA mu 2001

XS
SM
MD
LG