Uko wahagera

Amerika Yakuyeho Inzitizi Yari Yashize kuri Gineya Kubera Ebola


Ikibuga c'indege ca Washington Dulles International kiri mu vyo ingenzi zivuye muri Gineya zategerezwa gucako
Ikibuga c'indege ca Washington Dulles International kiri mu vyo ingenzi zivuye muri Gineya zategerezwa gucako

Ubuyobozi bwa Perezida Joe Biden, ejo kuwa kane bwavuze ko inzitizi zijyanye n’ingendo ku basura Amerika baherutse kujya mu gihugu cya Gineya zakuweho. Ni icyemezo gitangira kwubahirizwa uyu munsi kuwa gatanu.

Mu kwezi kwa gatatu, Minisiteri ishinzwe umutekano w’igihugu cy’Amerika, yategetse ko abagenzi bageze mu gihugu cya Gineya no muri Repuburika ya demokarasi ya Kongo mu minsi 21 yari ishize, bagomba kunyura kuri kimwe mu bibuga bitandatu bya Leta zunze ubumwe z’Amerika. Ibyo ni York-JFK; Chicago; Atlanta; Washington Dulles; Newark, New Jersey; canke Los Angeles.

Inzitizi ku bantu bava muri Repuburika ya demokarasi ya Kongo, zakuweho kw’italiki eshatu z’uku kwezi kwa gatanu. Minisiteri y’umutekano w’Amerika, yaraye ivuze ko nta barwayi bashya ba Ebola babonetse muri Gineya kuva mu ntangiriro z’ukwezi gushize kwa kane.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG