Thomas Perriello, ahanura Reta y’Uburundi kudafatira abantu mu kivunga, ngw’ivuge kw’abatavuga rumwe nayo bose, ari inkozi z’ikibi.
Perriello Kandi kwemera umurwi w’abahinga b’ishirahamwe rya Afrika, boja gutohoza amabi yakozwe kugira ukuri kumenyekane. Yabimenyesheje Ejo ku w’Imana igihe yaha ikiganiro abamenyeshamakuru. N’inkuru ya Eloge Willy Kaneza.
Mushobora kwumviriza