Uko wahagera

Ambasaderi Sindayigaya Yavuganye iki n'Umwe mu Bategetsi ba USA?


Perezida w'Amerika Donald Trump kumwe na Gaudence Sindayigaya aserukira Uburundi i Washington DC na madamu wiwe. Aha yari amushiriye ikete ryo gutangura imirimo yiwe

Ku musi wa gatanu icegera c’umunyamabanga mu bushikiranganji bujejwe imigenderanire y’Amerika ku mugabane w'Afurika, Tibor Peter Nagy Jr, yarabonanye na Ambasaderi mushasha aserukira Uburundi I Washington, Gaudence Sindayigaya. Ni umubonano wabereye mu bushikiranganji bw’Amerika bujejwe imigenderanire n’ayandi makungu.

Mu kiganiro na Frederic Nkundikije, ambasaderi Gaudence Sindayigaya arasigura ivyo yayaze na Tibor Peter Nagy Jr.

Ambasaderi w'Uburundi i Washington DC Yaganiriye Iki n'umwe mu Bategetsi b'Amerika?
please wait

No media source currently available

0:00 0:10:46 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG