Uko wahagera

Amatora ya Indoneziya mu Mafoto

Abanyagihugu muri Indoneziya bari mu matora kuri uyu wa gatatu.

Abahiganirwa ayo matora y’umukuru w’igihugu ni uwusanzwe ari ku butegetsi Joko "Jokowi" Widodo hamwe n’uwahoze ari umusirikare, jenerali Prabowo Subianto.

Abanyagihugu bashika imiliyoni 193 bagiye guhitamwo uwuzorongora ico gihugu ca mbere kw’isi kirimwo abayisilamu benshi. Bagiye gutora kandi n’abashingamateka.

Komisiyo y’amatora vyitezwe ko izotanganya ibiharuro vya nyuma mu kwezi kwa gatanu kuza.

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG