Uko wahagera

Burundi: Amatohoza ku Makambi ya Gisirikare Yatanguye


Umugwi w’igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu mu Burundi CNIDH uvuga ko wamaze gutangura amatohoza kugira umenye niba koko abanyagihugu bishwe n’inzego z’umutekano ku musi wa gatanu inyuma y’ibitero vyabaye ku makambi ya gisirikare.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika Eloge Willy Kaneza mu Burundi ni we wakurikiranye iyi nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:26 0:00

XS
SM
MD
LG