Uko wahagera

Burundi: Imyiyerekano yiyamiriza Perezida Kagame w'u Rwanda

Mu Burundi hatunganijwe kur’uno wa gatandatu imyiyerekano yo kwiyamiriza inteko mvamakungu n’igihugu c’Urwanda. Abiyerekanye biyamirije ukwisuka kwa Perezida Kagame mu bibazo vy’Uburundi.

XS
SM
MD
LG