Uko wahagera

Abantu 130 bamaze kwicwa mu mezi atanu mu Burundi


Burundi Unrest
Burundi Unrest

Umugwi w'igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu mu Burundi, CNIDH, wemeza ko abantu bashika 130 ari bo bamaze kwicwa kuva mu kwezi kwa mbere uyu mwaka. CNIDH irasaba abegwa n'amatati yo mu Burundi gushyira imbere inyungu z'Abarundi bose mu biganiro by’Arusha

XS
SM
MD
LG